@pandofc Profile picture

Patrick Nkurunziza

@pandofc

Similar User
Elias Nduwayezu photo

@EliasNduwa33097

Turasavye umushikirananji ajejwe ubutungane akurikiranire hafi ukuntu irekurwa ryabaraye bagiriwe ikigonde n'umukuru w'igihugu ririko riragenda ku Mpimba i Bujimbura Umengo harimwo ukwikwega harekurwa bake canee ugereranije nayandi mabohero


Patrick Nkurunziza Reposted

Grande nouvelle pour les Inziraguhemuka et le peuple burundais ! Les Présidents de "Sahwanya-FRODEBU" et "Sahwanya-FRODEBU Nyakuri iragi rya Ndadaye" s'engagent pour un FRODEBU Uni, pour un large rassemblement pour le changement au #Burundi. #KanuraBurakeye #Unité #Réconciliation

Tweet Image 1
Tweet Image 2

Mw'ijoro rya 07.11.2024 ingoro y'umugambwe wa Ndadaye ku mutumba Butembe yaraye ibomowe n'umukuru w'umutumba Erneste Ntahonkiriye ari kumwe n' imbonerakure. imbonerakure zica zifata inziraguhemuka NKURUNZIZA Emmanuel na Eric KABETERO ntituramenya irengero ryabo

Tweet Image 1

Baraye basubiye kwiba i drapo ry'umugambwe sahwanya FRODEBU mu Ngagara Q6 ivyo Bikaba vyerekana itotezwa ririko riragirirwa umugambwe wa Ndadaye mbere biribonekeza ko hari abafise umugambi wo kuzimanganya sahwanya Frodebu Twagomba kubibutsa ko bidashoboka kandi bitazoshoboka

Tweet Image 1

Ku Ngoro y'umugambwe Muri zone Ngagara Q6 i darapo ry'umugambwe Sahwanya FRODEBU ryaraye ryibwe none aka gatotezo koba kava kuki?

Tweet Image 1

Patrick Nkurunziza Reposted

#SahwanyaFRODEBU félicite Son Excellence @Domitien NDAYIZEYE pour sa nomination en tant que envoyé Spécial du Sécrétaire Géneral de la @OIFrancophonie pour le suivi de la situation en #Haiti

Tweet Image 1
Tweet Image 2

Isukari aya masaha tuvugana ishitse kuri 12.000 None bamwe umukuru w'igihugu yasaba kugabanya igiciro ciyo sukari boba bakiri ngaha mu Burundi?

Tweet Image 1

Muri Commune Mabayi muri zone Buhoro ama drapeau ashika kuri atatu yaraye yibwe abegereye ngaho bakaba batumenyesheje ko ayo ma drapeau yoba yibwe n'imbonerakure Mu mugagambwe Sahwanya FRODEBU turiyamiriza itotezwa ririko rigirirwa umugabwe wa NDADAYE.

Tweet Image 1

Mbe mwoba muziko habaye urukino rumwe rw'umupira w'amaboko basket batoza mumatike amahera angana na 50 millions None ayo mahera yoba aja hehe? Leta yoba irihehe ko twibwa ibona ikindi kibazo nibaza kuki Leta itubaka ikibuga nkivyo tubona mubihugu bibanyi?

Tweet Image 1

Umukuru w'igihugu aguma asemerera umwanya wose yiyamiriza iduzwa ry'isukari muri SOSUMO Haba muri SOSUMO ni agacerere mubushikiranganji bw'ubudandaji akaba aribo bajejwe ibiciro umengo ntibibaraba None ga Nyakubahwa ntiwosubira ukikora kuri yakaramu ya destitution


nkuko vyabaye ingendo y'ubutegetsi bwa CNDD FDD, muri komune Kayanza , zone Kayanza Ku mutumba wa Nyabihanga inama ya Sahwanya FRODEBU yahagaritswe n'umukuru w'umutumba Nyabihanga afadikanije n'imbonerakure baburabuje inziraguhemuka bidasanzwe kuburyo inama itabaye .


Ibiriko birabera muntara ya Bubanza biteye ubwoba umukuru w'umutumba Butembe yazindutse amanura i drapeau ry'umugambwe Sahwanya Frodebu Mu mugambwe Sahwanya Frodebu turabaza aho ubutungane bwagiye? turasavye umugambwe CNDD FDD uhagarike agatotezo uriko ugirira FRODEBU


Ku mutumba Butembe, zone Butanuka , commune Mpanda, permanence y'umugambwe Sahwanya-FRODEBU yara bomowe Ariko naho biruko ibendera ry'umugambwe rirahungabana aho bukera iyongoro irasubira kubakwa Ntawubuza isuba kwaka


Ngoro y'umugambwe Sahwanya Frodebu umutumba butembe zone butanuka commune mpanda intara ya Bubanza yarawe ibomowe n'imbonerakure

Tweet Image 1

Nguyo uwaraye ahawe kubaka isoko nkuru ya Bujumbura none vyoba vyaciye mu mategeko? Ubwo koko azobishobora ? Ko numva n'amazu yubatse mu kiyange arimwo amatati Abarundi bahabere maso ntabe ari akaryo ko gusahura igihugu kagarutse

Tweet Image 1

Umugambwe CNDD FDD ubandanya waka intererano y'amatora twimirije ariko igitangaje nuko ayo mahera asabwa nabatari muri uwo mugambwe Ikindi gitangaje umukozi wa leta ari muri uwo mugambwe asabwa gutanga agashahara kukwezi kose umunyagihugu akanure hazoca hakurikira ubusuma


Tuguma dutangara!!!!!!

Tweet Image 1

Patrick Nkurunziza Reposted

Le Président de #SahwanyaFRODEBU nomme Hon Sylvestre BIKORINDANGARA #Porteparole du Parti, à la place de Hon Phénias NIYIGABA. Militant de la démocratie de la 1è heure, il apporte une riche expérience à un moment crucial pour le #Burundi 🇧🇮 #KanuraBurakeye 📸@RTIsanganiro

Tweet Image 1

Patrick Nkurunziza Reposted

🤔 Non, l'Hon. Agathon RWASA n'a pas été accueilli au sein du #SahwanyaFRODEBU! Et il n'y a aucune tractation secrète en vue d'une alliance politique! Si c'était le cas, pourquoi se contenter de rumeurs quand la transparence est notre mot d'ordre? 📢 #Burundi #KanuraBurakeye

Tweet Image 1

United States Trends
Loading...

Something went wrong.


Something went wrong.