Raising 3 kids! Umbonera ari abo bavyaye canke ni Adoption tout court ? Uko rero ni ko wita kuvyara hagati y'abakora ishano ryo kubana basangiye ibitsina? #Mondialisation #Globalization @ikigatanyakazi kweli? 😀
Hari abankurikira bafise ibibazo bidakwiriye kuhaba muri 2024 genre "None abakundana basangiye igitsina bovyara bakarera gute", "baje guhonya isi kuko batavyara" nibindi bintu du genre, murashobora gukurikira ino couple yabagabo bafise abana 3 kandi numuryango nkiyindi ✌🏾 P.S:…
If you think that @FabsVision is a daydreamer, at least let actions talk to you! #BujaCityPlazza under construction! @MairieBujumbura @ubakanation
Mais pourquoi ça ? #BÅNYANKABURUNDI, muterekere agahugu kacu basha n'ukuri! Aha ntimubina ko mwebwe mukora ibi mutuma amosozi y'Abarundi benshi akomeza guseseka?
Part2....
𝗜𝗴𝗶𝗰𝗲 𝗰𝗮 𝟮 𝗰'𝗮𝗺𝗮𝗻𝘆𝗮𝗻𝗴𝗮 𝗸𝘂𝗿𝗶 𝗿𝘂𝘀𝗮𝗻𝘀𝘂𝗺𝗮 𝘆𝗶𝗺𝗶𝗿𝗶𝗷𝗲 𝗺𝘂 𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶. Mu gice ca mbere twabonye ko abategetsi ba leta bateguye kunyuruza hafi imiliyaridi 2 buri musi 1.718.262.000Fbu uciye urwiza n'imisi 24 ni amafranga angana na…
#Mbogora #Sintembe #jewe #Burundi bar Ibi ni vyo bituma u #Burundi bwacu budatera intambwe n'imwe. Abo bagira aya mashano ni bo biribararoha ngo barakunda igihugu! Mana we🥺 @Baconib @bbcgahuza @FOCODE_ @Ikiriho @LEONCENDIKUMANA @pnininahazwe @Patriote257 @yigenga @GeneralNeva
#𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶 𝗔𝗺𝗮𝗻𝘆𝗮𝗻𝗴𝗮/𝘂𝗯𝘂𝘀𝘂𝗺𝗮 𝗯𝘄𝗮 𝗹𝗲𝘁𝗮 𝗺𝘂𝗿𝗶 𝗿𝘂𝘀𝗮𝗻𝘀𝘂𝗺𝗮. 𝗜𝗻𝘁𝗮𝗺𝗯𝗮𝗿𝗮 𝗵𝗮𝗴𝗮𝘁𝗶 𝘆𝗮 𝗹𝗲𝘁𝗮 𝗻'𝗮𝗯𝗮𝘆𝗶𝗳𝗮𝘀𝗵𝗮,"𝗹𝗲𝘀 𝗯𝗮𝗶𝗹𝗹𝗲𝘂𝗿𝘀" 𝗡𝗶 𝗸𝘂𝗸𝗶 𝗮𝗯𝗮𝘁𝗲𝗴𝘂𝘄𝗲 𝗴𝘂𝗸𝗼𝗿𝗮 𝗿𝘂𝘀𝗮𝗻𝘀𝘂𝗺𝗮…
🎯Patiri Yemerewe Inzoga Ariko Ntiyemerewe Umugore , Pasteur Yemerewe Umugore Ariko Ntiyemerewe Inzoga ,Ubwo Ntidushobora Kuba Turi Mugakino Tutabizi?😂😂 Mubivuzeko iki Namwe?
Le #Murundi dans l'espoir de se mettre à table le matin avec une tasse sucrée 🍵 de thé ou café ☕ ou bien sûr avec son gobelet de bouillie avec sucre, et cela à un prix qui trouerrait ses poches 💵 🙈. Un merci au @MinCommerce pour sa décision malgré le retard...
#𝗨𝗽𝗱𝗮𝘁𝗲 #𝗔𝗞𝗔𝗠𝗔𝗥𝗔𝗠𝗔𝗭𝗔. 𝗨𝗯𝘂𝗸𝗼𝘇𝗶 𝗯𝘄'𝗶𝗸𝗶𝗯𝗶?𝗖𝗮𝗻𝗸𝗲 𝗴𝘂𝘀𝗮𝗵𝘂𝗿𝗮? 𝗜𝘀𝗵𝘂𝗿𝗲 𝗿𝘆𝗮 𝗹𝗲𝘁𝗮 @burundi_ena 𝗿𝗶𝗿𝗶𝗸𝗼 𝗿𝗶𝗿𝗮𝘀𝗮𝗵𝘂𝗿𝘄𝗮 𝘂𝗿𝘂𝗸𝗼𝗺𝗯𝗮𝗺𝗮𝘇𝗶.𝗨𝘄𝗮𝗵𝗼𝘇𝗲 𝗮𝗿𝗼𝗻𝗴𝗼𝘆𝗲 𝗶𝗿𝘆𝗼 𝘀𝗵𝘂𝗿𝗲 𝗮𝗿𝗶𝗸𝗼 𝗮𝗸𝗼𝗿𝗮…
𝗜𝘀𝗵𝘂𝗿𝗲 𝗿𝘆𝗮 𝗹𝗲𝘁𝗮 𝗿𝘆𝗶𝗴𝗶𝘀𝗵𝗮 𝗶𝘃𝘆'𝗶𝗻𝘁𝘄𝗮𝗿𝗼 @burundi_ena 𝗿𝗶𝗿𝗮𝗺𝘂𝘁𝘀𝘄𝗮 𝘂𝗺𝘂𝗿𝗼𝗻𝗴𝗼𝘇𝗶 𝗺𝘂𝘀𝗵𝗮𝘀𝗵𝗮. Inyuma yo kuvugwa mu manyanga menshi,Dr Dionise ARAKAZA yahora arongoye ENA yabogojwe mu mabanga,akaba yasubiriwe na Ambassadeur Jean de…
"The Humankind is struggling about HUMAN RIGHTS because they haven't yet ACKNOWLEDGED the RIGHT TO BE A HUMAN." #mbogora257 By @MBOGORA257 @hrw @UNHumanRights @HumaneSociety @CNIDH_Bdi
Hey my Xiers! Mbipfurije gurangura neza ukwezi kwa 8. Imana izoturinde kandi yongere ibane natwe mu vyo tuzobamwo vyose. Ihe umugisha ibikorwa vy'imimwe yacu. Turondere Turonka. Tuyizere kandi tuyemere ibe Imana hejuru ya vyose. Mwarahezagiwe! 👏👏👏
📜 Découvrez une lettre historique du Mwami #Mwambutsa, datée du 20 février 1946, réclamant le retour de la région du #Bugufi au Royaume du #Urundi après des années de séparation sous l'administration coloniale belge. Aujourd'hui cette région est dans le territoire de la…
United States Trends
- 1. Delaware 15,1 B posts
- 2. #ChristmasCrunchSweepstakes N/A
- 3. Madrimov 1.656 posts
- 4. Circus 25,8 B posts
- 5. Broncos 17,4 B posts
- 6. #GivingTuesday 8.035 posts
- 7. Cyber Monday 93,8 B posts
- 8. Durbin 6.071 posts
- 9. Bohachuk N/A
- 10. Jill 59 B posts
- 11. Art Cashin 1.402 posts
- 12. Mateer 1.022 posts
- 13. SLIMETOOZ 2.608 posts
- 14. Tacky 2.786 posts
- 15. Ben Arbuckle 2.233 posts
- 16. Isaac Guerendo 1.029 posts
- 17. Daniel Penny 41,8 B posts
- 18. #GalaxyFold6 1.070 posts
- 19. Manchin 1.186 posts
- 20. Clay Holmes N/A
Something went wrong.
Something went wrong.