Doudou
@HilaireUJournalist @KabazaWebTV, Jurist & Criminal Justice Specialist ■ If u step on my foot I let u know about it. I`m a human ■ Nobody thinks 4 me.
Similar User
@GabrielRufyiri
@NiyongereArmel
@KenzoIgiraneza
@SOSTORTUREBDI
@niyogilbert1
@Maison_Shalom
@Acatbdi
@DANYKAB1971
@zzzooel
@ItaraBurundi
@MuramvyaProv
@rugori_s
@LNigarura
@nkuruemery
@DavidGakunzi
Ngo: « Imwe mu ndongozi nkurunkuru zigize ubutungane …»
#InkuruTwabatohoreje-Hoba hariko hakora igiturire mugusohora abanyororo bagiriwe ikigongwe n'umukuru w'igihugu youtube.com/watch?v=dTr6WS…
“Kuko mu misi y’imbere y’uko umwuzure uza, bararya, baranywa, bararongora bagashingiza, gushika umusi Nowa yinjiye mu bwato.” - Matayo 24:38 BKC
- Uyu musi ngiye kuri aya mayira (X/Twitter) nsanze Imana yanyishuye ku muntu umwe nari maze imisi nsegera. Ndacarindiriye n’abandi - Imana Irumva amasengesho yacu kandi Irishura. 2024 narawuhaye izana! 😇
- C’est vraiment impressionnant de lire la jeune génération burundaise questionner TOUT. - Ngira ngo tuzokira 🚶🏾♂️
« Akari mu mpene ni ko kari mu ntama », aho bitandulaniye n’aha 😂😂 🤔
An Ohio sheriff's patrol commander who said on Facebook that he would not help Democrats and would require proof of who a person voted for before providing them aid has apologized, blaming prescribed sleep aids for causing his "out of character" actions. cbsn.ws/40sT5p1
(…) twagezeyo!
Uyu muyaga ubandanije uku sinzi nimba tuzogira umucanwa ⚡️ canke 🛜 ejo, kandi ari wo musi w’amatora nyezina. Bizoba style ( … ).
- Some people think that saying the truth, when it hurts them is wrong and lying when it suits them is great. -
A year is gone! You slept many years in humble houses yet you had a beautiful house. You were denied justice and took no revenge; Before you went to live in your eternal mansion you said: “I forgive everyone who wronged me since the 60s…” You will always be remembered Dad!
Mwame mwibuka gusa ko nama mvuga ko “Abarundi bazobona Imana kandi bazomenya ko Imana y’ukuri Iriho, haba kubera ivyiza canke ibibi bikorwa n’abajejwe intwaro.” N’ibindi birengeye ibi vyanditswe muzobibona. Mbega none nta bindi mwabonye? Ni mwubahe Imana mureke ikibi!
🛂 L'entrée au marché central de #Bubanza (@BubanzaProvince) est conditionnée, depuis le matin de ce 27/10/2024, à la présentation d'une preuve d'inscription sur les listes électorales de 2025. Sous l'instruction de l'admicom Bubanza, la police et les agents de sécurité vérifient…
Ndibutse “Umunara w’i Babeli” 🚶🏾♂️
Ivyo umuvugizi wa @burundiceni avuga ku bijanye n'ingene abanyagihugu bariko babuzwa umwidegemvyo n'abanywanyi ba CNDD-FDD, abandi bakimwa impapuro n'abajejwe intwaro kubera ko batiyandikishije mu bazotora mu #Burundi.Inyishu yose ya Prosper Ntahorwamiye youtu.be/TP1CHCN0cBg
Umwana yambwiye ngo ashaka gufungura “sticky bugali.”Ndarondera ico kintu ic’ari co ndateba ndamenya ko ari umutsima w’ifu y’imyumbati. Ndatangura uruhigi rwanshikanye aha 👇🏾. #AbandiBana ntibareze amaboko. 🚶🏾♂️
- I really feel we underestimate God’s Greatness and His Mighty Power! -
Iyiraho si connexion ni missile balistique. Warumenyereye vitesse ya 3Mbps ugaca uja kuri 235mbps niyindi histoire
Mbega kuva #Starlink ivugwa ko yashitse mu Burundi ko ata #mutwip ndabona avuga ukuntu imeze, akarorero speed yayo etc. 🤷🏾 Canke n’ibanga (kumwe abarundi twama tugira ibintu vyose ibanga) 🤔
A convo this week! A: Did you know #DonaldTrump is winning in many polls? B: Yes, but that does not automatically imply he will win the presidential election A: Hum! Well, in few days we will know who will be our next president B: That’s right A: WE ARE SCREWED B: Hahaha!
United States Trends
- 1. Joe Douglas 6.882 posts
- 2. Maxey 9.191 posts
- 3. Jaguar 33,7 B posts
- 4. Embiid 17,5 B posts
- 5. Rodgers 10,3 B posts
- 6. #OnlyKash 10,7 B posts
- 7. Woody 13,7 B posts
- 8. Russia 924 B posts
- 9. $CUTO 8.219 posts
- 10. Nancy Mace 45,6 B posts
- 11. Ukraine 993 B posts
- 12. #HMGxCODsweeps N/A
- 13. WWIII 163 B posts
- 14. Merchan 22,2 B posts
- 15. Sony 69,8 B posts
- 16. Hacker 23,9 B posts
- 17. The Jets 26,4 B posts
- 18. SPLC 17,5 B posts
- 19. #InternationalMensDay 82,8 B posts
- 20. Sarah McBride 43,9 B posts
Who to follow
-
Gabriel Rufyiri
@GabrielRufyiri -
Armel NIYONGERE
@NiyongereArmel -
IGIRANEZA 🇧🇮
@KenzoIgiraneza -
SOS-TORTURE BURUNDI
@SOSTORTUREBDI -
Gilbert NIYONKURU
@niyogilbert1 -
Maison Shalom International
@Maison_Shalom -
ACAT-BURUNDI
@Acatbdi -
Daniel KABUTO
@DANYKAB1971 -
조엘
@zzzooel -
Itara Burundi
@ItaraBurundi -
Province Muramvya
@MuramvyaProv -
Star Rugori
@rugori_s -
Lambert Nigarura
@LNigarura -
El Prof
@nkuruemery -
David Gakunzi
@DavidGakunzi
Something went wrong.
Something went wrong.