@Rugiggs Profile picture

RUKUNDO Giggs

@Rugiggs

Fais ce qui me vient à l'esprit/Do what comes to my mind ( your days are counted)

Joined May 2015
Similar User
Niyongere Eliachim photo

@FlorenceIranku3

Ir. Nizigiyimana Moussa photo

@Moussa_ir6959

Juvénal Ntakarutimana photo

@JuvenalNtak

Umukobwa akunda gutwenga photo

@bechouriana

 Dismas  photo

@AbbDismas

Benjos Ndenzako photo

@BNdenzako

ELICOMAG photo

@elicomag

Ayman IRAK photo

@AymanIrakoze

irambona Ferdinand photo

@irambonaFerdin4

Mr Fursana photo

@Busyman0001

mukwe w'Imana 😎 photo

@kelly_ryonyen

𝐻𝐼𝑅𝑊𝐴 🇧🇮 photo

@mwene_adamu

cokant photo

@EgideNtaconzoba

L'Otaku🇧🇮 photo

@ni_DAN_

Tasker💫 photo

@Optim_Del

Le tout a été dit. Comprendra qui pourra.


Ariko muri @MairieBujumbura @MairieBuja hari inzu zingana gute? @Regideso_bdi ifise monopole yo gutanga #amazi n'amatara kuva kera. Aha ntanisoni bumva bari kuba bageze ku rugero rwo gushora hanze!!!!! @DrManigomba utwara ishirahamwe canke aho ryahoze? Turakwiye kuva mu bujuju.


Mais quelle absurdité!!!!! Un coach qui ose faire une chose pareille à un joueur du club rival devrait être sanctionné conformement à la loi et dans toute sa rigueur. @DynamoBbc @Baconib @URUNANI_BBC @fabMutekano @laFEBABU @GygyGhylain @ReynoldsButari @Sir_Umuhirwaa2


Iwacu uwukora sapor ntafatwa hafatwa abayiranguye. Iwacu abononera igihugu turabazi kandi ntibahanwa turababariye kubera twoca twigendana. Iwacu ntibatubeshe ngo ivyo igitoro kubera twe ntaco kiturabako mugabo twiyunguruza ku murengera.

Tweet Image 1

Mu Burundi ntakidashoboka. Iyumvire kwugara uburiro bw'abanyeshure ba @UB_Rumuri imwe y'igihugu ugaca wugurura ikirabo. Ivyo biri mu kigo ca Campus Rohero. Ikirabo kiri mu mashure ku nyungu z'abataco batakaza ubuzima bw'abana bubaye bubi @KingBurundian @yigenga @GeneralNeva


Bonne journée dominicale

Tweet Image 1

Kurwanya ubukene, iduga ry'ibiciro, ubuzima buzimvye ntibambara tenue de combat, Nta wikingira SIDA mu kwambara umusegetera. Amajambo yo kugira abo dutuka turayarwiza. None hakorwe iki? @aimable12914974 @KingBurundian @yigenga

Tweet Image 1

Ingingo ya @MairieBuja ntaco ibwiye abakinishiriza ama billard imbere y'isoko rya Jabe aho bahera mugatondo kare bakina ataco binona. Ingingo yafashwe n'abatwara igisagara sinzi ko yoba ifise abo iraba n'abandi bari hejuru yayo. @MininterInfosBi @Cinjire


Uwu mu stagiaire ari muri @Regideso_bdi ninde yahamushize? Ngira ariko yigira kuvuza piano ku ma interrupteur.


Ikintu ca mbere kibuze muri ino Eden, naho inzoka iba yahejeje kukubesha ugakora amahano wabujijwe kera ntibakija kwinyegeza nk'uko Adam yabikoze baguma baja ahabona ku défila.

Tweet Image 1

Dusozere umunsi.

Tweet Image 1

Le célèbre boulanger de Bujumbura M. SIMBARE, n'est plus de ce monde. Paix à son âme. @megamindology @yigenga


Après qu'une jeune fille de 16 ans a admis que l'accusation de viol portée contre une star du football d’un lycée était fausse, l'affaire a été abandonnée et l'athlète a été enfin libéré. Il a passé 6 ans en prison à tort et s'est effondré lorsque l'affaire a été classée sans…

Tweet Image 1


Mubihanahane ntihagire uwutuvamwo

Muze neza abamaguru hari igihande ki électrocuté impande ya parking y'ama taxi musi ya école internationale ntimuhonyore mu mazi Yamaz kwiha inkumbi hari umu dame yapfiriy kuri international yari ku maguru yabay electrocutée. @Regideso_bdi



"Abacamanza bose bahawe akazi habanje gukoreshwa ikibazo bose baragiye,mu za @OBR_BI ,... Kubera baciye ubwenge." Bivuzwe na @DBanyankimbona atwara @MiniJustice_BDI . Munyumvira abasigaye ku kazi bafise ubushobozi? @yigenga @KingBurundian @nibartez @BurundiGov @megamindology


Loading...

Something went wrong.


Something went wrong.